Umuyoboke w’umugambwe uri ku butegetsi yaraye agandaguwe

0

Côme Harerimana ayobora umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD muri komine Kanyosha niwe yamenyekanye kuba yaraye yishwe n’abantu bitwaje ibigwanisho bataramenyekana.

willy

Kumakuru twahawe nuko yarashwe n’abantu batamenyekanye ubwo yaciye asandaba ubwo nyene mbere kandi ko bari bamaze iminsi bamubwira ko agiye kwicwa.

Kuva kuwimana uheze, abantu benshi baramaze gusiga ubuzima. Nyuma yaho General Adolphe Nshimirimana yiciwe n’abamucungera batatu abandi bantu 5 baramaze kuhasiga ubuzima ivyo bikaba vyabaye mu kiringo c’iminsi 2 gusa.