#umutekano – Abasoda nabo batanguye kuhasiga ubuzima

0
Imwe mu miduga yaturiwe lku Musaga
Imwe mu miduga yaturiwe lku Musaga

Ku musi wa gatanu w’imyiyerekano mu gisagara ca Bujumbura nukuvuga igenekerezo rya 30 ndamukiza, umusoda yaragandaguwe n’umurongoye iperereza muri Commune za musaga na Kanyosha, uwo namwe ni Joe Dassin akaba yarikumwe n’aba Police hamwe n’abambaye impuzu zisanzwe. Akaba yarashwe asanzwe kuri RADES ku musaga arikumwe n’abanyagihugu.

burundi-prote
Abasoda ku Musaga

Imodoka barimwo ikaba yaciye iterwa amabuye n’abanyagihugu bo ngaho ku musaga nyene, nayo abarimwo bakaba baciye bafatwa n’igisoda baca bajanwa gucungirwa mu nzu ikikijwe n’abasoda n’abanyagihugu.

Mwomenya ko gushika Ubu abasoda bashika babiri nibo bivurwa ko bashobora kuba bapfuye, nayo abanyagihugu bashika ku 500 baramaze gufatwa baratwarwa mu busho butandukanye.

Abari muri
Abari muri

11187645_1598257523785121_191352732_o