UMUSHIKIRANGANJI W’UMUTEKANO:TURASAVYE KO ABATUNZE IBIGWANISHO BATABIFITIYE URUHUSHA KO BOBISUBIZA.

0

Umushikiranganji w’amutekano aratera akamo kubantu bafise ibigwanisho batafitiye uruhusha yuko bobisubiza mu maguru masha ingingo zitarafatwa.
ubmnews

Umushikiranganji w’umutekano akaba yabandanije avuga ko umuntu atazobitanga bakabimufatana ko azohanwa,agahanishwa umunyororo canke agatanga amande.
u
Twobamenyeshako atari irya mbere basaba ko abantu bafise ibigwanisho batabifiye uruhusha ko bobisubiza.