Umurwi Masojja Yero Yero wafashe urugendo rubashikana mu gihugu c’ Urwanda

0

Umwe mu mirwi itavyorosha mu muziki w’ Uburundi uzwi nka Masojja Yero Yero, ubu ngo woba uri mu Rugendo rubashikana mu gihugu c’ Urwanda aho batumenyesheje y’ uko bajanyweyo no gukora ibintu bishasha mu muziki w’ Uburundi.

11870750_523927134425607_3735423844579796535_n

Nkuko umwe mu bagize uyo murwi yatumenyeshe yuko, ubu Masojja Yero Yero ibarizwa iBugarama aho bazotangura gufata amwe mu mashusho ya mbere azoranga indirimbo yabo nshasha bise BARAZINANYE. Masojja bakaba baboneyeho akaryo ko kumenyesha abakunzi b’ umuziki wabo ko babafitiye vyinshi bishasha, bizobashikira vuba.

11887968_523927674425553_4959428416726269089_n