Umurundi wa mbere aba muri America yasohoye indirimbo idasanzwe : Raba hano video

0

Muri kino gihe tugezemwo kidasanzwe c’amatora aho abantu benshi bari mu myiyerekano abandi bakaba bariko barahasiga ubuzima , umwe mubaririmvyi b’abarundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( Dr.Ab ) yasohoye indirimbo idasanzwe aho asaba Imana ko yoha amahoro u Burundi.

dr ab

Uno ashobora kuba ariwe muririmvyi wa mbere w’umurundi aba muri America asohoye indirimbo avuga ukuntu afise umubabaro wibiriko biraba mu gihugu cu Burundi ikindi naco nuko aririmba abaza umunsi hazogera ko u Burundi bukabonekamwo amahoro.

Murino ndirimbo , we aririmba avuga ko Imana yotanga urukundo mu barundi, amahoro akaboneka ndetse akaba ariyo asasagara muri bose.

[youtube id=”q4P5v26rzkk” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]