UMURUNDI 1 NIWE YAHASIZE UBUZIMA I MAKA MU GIHE ABANDI 6 BATAZI IRENGERO RYABO.

0

Umurundi 1 niwe yahasize ubuzima mu gihe abandi 6 bataramenyekanye irengero ryabo nkuko amakuru ikinyamakuru canyu ubmnews.com dukesha bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru inyarwanda.com
mecque
Mu muryango waba Islam mu Burundi bakaba batekerewe n’umubabaro n’agahinda kubona barabuze uwabo abandi nabo 6 bakaba batarashobora kumenyekana irerengero ryabo.
30
Twobamenyesha ko abahasize ubuzima bose ngaho i MAKA bagera ku 717.