UBM News ads
Sunday, December 10, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umurongozi wa UBM News ashizeho umugambi mushasha uzoza urafasha kumenyekanisha indirimbo z’abaririnvyi b’abarundi.

Mu rwego rwo gukunda hamwe no gushigikira abaririmvyi bacu b’abarundi , Umurongozi mukuru ” Eric Nyandwi ” w’ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” ashizeho umugambi mushasha uzoza urafasha abaririmvyi kuzamuka hamwe no kumenyekanisha indirimbo zabo biciye kuri ubmnews.com

12
Eric Nyandwi uwo yambaye impuzu ya ”purple” Umurongozi ndetse akongera akaba n’umunyamakuru wa UBM News aho yariko araganira numurongozi wa The syub Show

Ubu kira muririmvyi wese avyipfuza azokorerwa ”Profile ” ya UBM News, bishatse kuvuga ko iyo Profile izoba imeze nka ” Account ” yiwe ” indirimbo zose zuwo muririmvyi azoba yarakorewe Profile ya UBM News zizoba ziri kuri Playlist ” kuburyo umuntu agiye kuriyo profile azocagura indirimbo ashaka kuvuza, ndetse ashaka no kuyigira Download azohita ibigira kuko vyose bizoba bihari.

Ukaba uri umuririmvyi ukeneye Profile ya UBM News, rungika indirimbo zawe zose ufise kuri ” info@ubmnews.com ” ( including your image ) , andikira umurongozi mukuru wa UBM News kuri Facebook ” Eric Nyandwi ” canke utwandikire ukoresheje ino facebook ya ” Duteze imbere umuziki mu Burundi )

Aba ni bamwe mu baririmvyi b’abarundi baza bafise Account ya UBM News

b

a

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments