UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umuririmvyikazi Emelance Emmy agiye gusubiramwo indirimbo zitandukanye yakoze mu misi yahera.

UBM News ads

Umuririmvyikazi Emelance Emmy, uno musi niho yatanguye gusubiramwo indirimbo zitandukanye yakoze mu misi yahera, impanvu ya vyose ngo nuko Production yazo itameze neza bityo akaba yahisemwo kuzisubiramwo.

emerance

Amakuru UBM News yizewe twahawe numwe mu banyamakuru aba mu Burundi, we yatubariye yuko mu ndirimbo uno muririmvyikazi amaze gusohora ngo yashimye guhera kurino izwi kwizina rya ” Burundi Yetu, akaba ariko arayikorerwa na ” Botchum Production , uwo nyene kandi ariko arazimukorera vyunvikana ko ari nawe ashobora kuzokora indirimbo ziwe zitandukanye ziri mu rukurikirane rw’indirimbo zuno muririmvyikazi yipfuza kuzokora.

Emery

UBM News reka tubibutse ko uno mwigeme yuko ari mu baserukiye uburundi mu makungu ndetse akanatahukana agashimwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments