UBM News ads UBM News ads
Monday, July 22, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Umuririmvyikazi ” Ashley Diva ” azoboneka yambaye ukuntu kudasanzwe muri Video yiwe nshasha

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

ashley

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka akunze kwifotoza amafoto akavurwako vyinshi cane, ubu hoho yashizeko ahabona amafoto adasanzwe azoboneka muri Video yiwe nshasha yimirije gusohora murino minsi.

ashley diva

UBM News tubibutse ko uno muririmvyikazi mu kiganiro aheruka guha itangazamakuru, we yavuze ko azozanana intambo nshasha mw’isanamu y’ururirimbo “Waya waya.

Raba hano imwe muri Video ya Ashley diva yasohoye mu mwaka uheze w’2014

[youtube id=”z8pgulI6C68″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments