Umuntu umwe aramaze gupfa nyuma yaho Adolphe Nshimirimana agandaguwe

0

Umugabo yitwa Longest niwe yagandaguwe kuruyu wa mungu arashwe n’abantu bari bambaye impuzu z’igipolisi. Aho hari muri komine Ngagara Quartier 6 iruhande ya Bloc 22 isaha zitandatu (12h).

11219090_953756328019740_1551036855662747721_n

Nkuko twabibwiwe n’abanyagihugu isinzi bari hafi yaho uyo muntu yarasiwe, abo bagizi ba nabi baciye bafata inzira igana ija mu Kamenge aho bari bari mu muduga usanzwe ariko bakaba bambaye impuzu za gipolisi. Twobamenyesha ko uyo muhisi yarasanzwe aba muriyo komine nyene ya Ngagara.