UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umunonotsi Thierry Ndikumwenayo ntagiserukiye kuva ubu uburundi agiye azoza aserukira igihugu ca Espagne mu mahiganwa mpuzamakungu.

Umunonotsi rurangiranwa w’umurundi Thierry Ndikumwenayo ntazosubira guhagararira igihugu c’uburundi camwirubatse mu mahiganwa mpuzamakungu yo kwinonora imitsi nkuko vyahora. Uwo munonotsi kuva kuri uyu wa 17 Ndamukiza 2023, akaba agiye guserukira igihugu ca Espagne , ariko nta mpamvu zatumye afata ico cemezo ziramenyekana.

Thierry Ndikumwenayo ubu akaba yahawe ubwenegihugu bw’ico gihugu ca Espagne ko kandi amahiganwa yose agiye kuzokwirikira agiye kuzoza aserukira aserukira ico gihugu nyene nkuko vyatangajwe n’ishirahamwe ryo kwinonora imitsi ryo mu gihugu ca Espagne ( La Fédération Espagnole d’athletisme) .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments