Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi yashinguranywe iteka ! Raba hano amafoto

0

Umumenyeshamakuru Jean Baptiste Bireha aremeza ko yabonye abagandaguye zedi Feruzi umukuru w’umugambwe UPD zigamibanga! Akavuga ko abamwishe baribambaye umwambaro w’abacungera umukuru w’igihugu .

a

Abantu isinzi bakaba baherekeje uwo muhisi zedi feruzi! ivyapa vyanditseko amajambo yokwiyamiriza ubwicanyi,kwiyamiriza ikiringo ca gatatu hamwe no kwiyamiriza ihonyangwa ryagateka kazina muntu, akaba arivyo abari mwugo rugendo gwo guherekeza zedi ferouzi baribafise!

feruz

Ban ki moon,umunyamabanga mukuru wa ONU, amashirahamwe ataho yegamiye muvya politike yo ngaha mu Burundi akaba yateye ivyatsi ubwo bwicanyi.

UBM News tubibutse ko Umukuru w’umugambwe UPD Zigamibanga Zedi Feruzi yashinguranywe iteka ntangere aho abantu bari bitabiriye amaziko yiwe bari benshi cane.

b

c

d

e

f

g