Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsUmukuru w'igihugu yahatswe kubera igitero al-Shabab yateye ku ngoro ya perezida ''...

Umukuru w’igihugu yahatswe kubera igitero al-Shabab yateye ku ngoro ya perezida ”

Umutwe w’abarwanyi wo muri Somaliya ugendera ku matwara akaze y’idini rya Islamu, al-Shabab, wagavye igitero ku ngoro y’umukuru w’igihugu, mu murwa mukuru Mogadishu.


Igisirikare ca Somaliya gicungera umutekano ku ngoro ya perezida nyuma y’igitero mu kwezi kwa kabiri

Umunyamakuru wa BBC aravuga ko abarwanyi binjiye mu rugo, bamaze guturitsa igisasu cari gitezwe mu modoka kuri bariyeri hafi y’umuryango.
Yavuze ko perezida Hassan Sheikh Mohamud atari mu rugo ico gitero kigabwa.

Hagati aho leta iravuga ko umutekano wagaruwe.

Mu kwezi kwa kabiri, al-Shabab yari yagabye ikindi gitero kuri iyi ngoro.
al-Shabab yirukanywe i Mogadishu mu mwaka wa 2011, kuva icyo gihe yakomeje kurwana kinyeshamba.

Sources : BBC

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments