Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yakiriwe m’uburyo budasanzwe ageze mu Burundi ” Raba hano amafoto

0

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yakiriwe mu buryo budasanzwe ageze mu gihugu cu Burundi, aho ninyuma yaho jenerali Godefroid Niyombare atangarije abarundi hamwe n’amakungu ko yatembagaje ubutegetsi bwiwe ariko we nabo bari barikumwe bashaka gushika kuruwo mugambi bikaba vyabataye kuwamazi.

Nkurunziza_0_0

Petero Nkurunziza yashikiye i Ngozi ndetse akaba ariho yanaraye, kugeza ubu amakuru yizewe adushikiriye kano kanya hano kuri UBM News yemeza ko ubu aza yamaze gushika i Bujumbura.

Raba hano amafoto ‘ukuntu vyagenze amaze gushika i Burundi.

nkurunz
Hano hari i Ngozi aho abantu benshi cane bari baje kumwakira.

nk

peter
Ibintu ntivyari vyoroshe nkuko mubibona.

arton13917-e28d7

_83030291_83030290
Abasirikare bafashe ivyeri bararyoherwa.

umuku
Bano nibamwe mu banyagihugu baba i Bujumbura bafise umunezero mwinshi cane.