Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsUmukobwa wa Paul Kagame ubwiza afise butuma yipfuzwa n'abantu benshi kwisi''...

Umukobwa wa Paul Kagame ubwiza afise butuma yipfuzwa n’abantu benshi kwisi” Raba amafoto yiwe hano !

Yitwa Ange Kagame , n’umwana wakabiri w’umukobwa w’umukuru w’igihugu w’Urwanda agira 6 Paul Kagame , mama wiwe yitwa Jeannette Nyiramongi akaba ari first lady w’Urwanda.

1

Ange ntiyakuriye mu Rwanda,ubuzima bwiwe bwose yabaye hanze y’igihugu ciwe .

Abanyeshure biganye nawe bavuga yuko yitanga cane mubikorwa , arafasha abantu benshi batandukanye , umwanya mwinshi akurikirana ibiba mugihugu ciwe c’Urwanda.

Ange Kagame ubu abarizwa mugihugu c’Urwanda , akaba akora imirimo itandukanye nkogutera ibiti , ari imbere mukurwanya ingwara zitandukanye na cane cane ikiza sida , gushigikira imigambi ya Reta yogufasha abakenyezi batishoboye bave mubukene.

C2l_0iR4

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments