Tuesday, December 6, 2022
HomeNewsUmukinyi Emery Nimubona Kadogo yaraye asinye mu mugwi wa Simba wo muri...

Umukinyi Emery Nimubona Kadogo yaraye asinye mu mugwi wa Simba wo muri Tanzania

Umukinyi Emery Nimubona Kadogo asanzwe akinira umugwi wa Vitalo’o fc yaraye asinye amasezerano yo gukinira umugwi wa Simba wo mu gihugu ca Tanzania, umugwi wigeze gucamwo abakinyi b’abarudi Tambwe Amissi,Kaze Gilbert Demunga hamwe na Kwizera Pierrot

kadogo

Inyuma yo kugiranira amasezerano n’umugwi wiwe mushasha wa Simba,umukinyi Emery Nimubona Kadogo yaratanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru aho yavuze ko umugwi wa Simba ari umugwi w’indoto ziwe

emery

Emery Nimubona Kadogo akaba avuye mu nmugwi wa Vitalo’o fc ashoboye kuwuha ibikombe 3 uyu mwaka (Primus League,Coupe du President,Super Coupe).

Must Read

RDC: M23 yemeye guhagarika intambara no gusubira ku birindiro vyayo vya...

0
Umuhari M23 wemeye guhagarika intambara ndetse no kurekura ibice vyose uherutse kwigarurira biri mu buseruko bwa Congo, mu ntara ya Kivu y’uburaruko. Itangazo ryo kuri...