UMUGWI SWAGG TEAM+257 WASOHOYE IMIPIRA YO KWAMBARA.

0

Umugwi SWAGG TEAM +257 wasohoye imipira yo kwambara nkuko abo bariririmvyi bahurikiye muri uyo mugwi bashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com mu kiganiro twagiranye nabo tubasanze aho basanzwe baba muri zone ya bwiza,commune Mukaza.
swagg team
Iyo mipira ikaba igiye kugurishwa kugira ngo uyo mugwi ubandanye utera imbere.
swagg team
Twobamenyesha ko SWAGG TEAM+257 ari umugwi wamenyekanye kubera indirimbo yabo IMVURA YIBI BABY,indirimbo bakoranye n’umuririmvyi SAT-B.