UMUGWI SERUKIRA GIHUGU W’UBURUNDI, INTAMBA MU RUGAMBA WATANGUYE IMYIMENYEREZO.

0

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi INTAMBA MU RUGAMBA watanguye imyimenyerezo kuruno munsi igenekerezo rya 29/9/2015 ku kibuga ca CENTRE TECHNIQUE mu Ngangara.

Intamba mu rugamba ikaba iriko iritegurira urukino rugiye kubahuza n’umugwi wa SYCHELLE ,urukino ruzoba kw’igenekerezo rya 7/10/2015,urukino ruzobera muri ico gihugu ca SYCHELLE.
intamba5

Abakinyi bahamagawe kugira bitegurire urwo rukino ni:
ARAKAZA Mac Arthur
BIHA Omar
RUGUMANDIYE Yvan
MBONIHANKUYE Innoncent Madede

IDDY Jumapili
David Shukuru
Issa Vidic
Rugonumugabo Steffane
MBANZUMUTIMA BABA
NKURIKIYE Leopord
KIZA Fataki
BIGIRIMINA Vianney okocha
RASHID Leon
NASSOR Saidi
NAHIMANA Shassir
NDIKUMANA Youssuf lule
BARENGE Pistis
DUHAYINDAVYI Gael
NSHIMIRIMANA Abbass
MAVUGO Laudit
Hussein SHABANI
Zacharia

intamba

Twobamenyeshako uyo mugwi umenyerezwa n’abamenyerezwa Abdelmalek,Olivier NIYUNGEKO hamwe na Hamidou HASSAN