Umugwi Best Life Music ugiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yabo bise High Girl

0

Umugwi Best Life Music usanzwe uhurikiyemwo imisore 5(Young Dany,Young Jp,G kiboko,Mc Vita,Gms El Magnifico)bagiye gushira ahabona amasanamu  y’indirimbo yabo bise High Girl,ayo masanamu akaba agiye gukorerwa mu gihugu c’urwanda nkuko uwusanzwe abafata mu mugongo ariwe Kent-P yashoboye kuvyiganira ikinyamakuru canyu Ubmnews.com

best life

Mu nyuma yayo masanamu,Kent-P yatumenyeshejeko ko bazoca bakorana indirimbo n’umwe mu baririmvyi bakomeye muri ico gihugu c’urwanda.