UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umugore bari baraciriye urubanza rwo kwica kubera atari yararongowe numu Islam agiye kurekurwa !

UBM News ads

Umwe mu barongozi bo mu bushikiranganji bw’imibano n’amahanga wo muri Sudan, yavuze ko umugore yakatiwe igihano c’urupfu kubera ko yahakanye idini rya Islam, Meriam Ibrahim,ko azorekurwa mu minsi mike iri imbere.

meriam-yahia-ibrahim-ishag

Abdullahi Alzareg, yavuze ko Sudan ibungabunga uburenganzira bw’idini kandi ko leta yiyemeje kumurinda, ikindi naco
Amakungu yo yakomeje kwamirira kure igihano c’urupfu cakatiwe uwo mugore bivanye nuko igihano yari yahawe cari ico guhohotera ikiremwa muntu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments