UMUGAMBI w’amashure shingiro kugira ugende neza hari ivyotangura gukorwa

0

Nkuko umuhanuzi mu bushikirangaji bw’indero Gaspard KOBAKO yabishikirije mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru, akaba yamenyesheje ko ngo kugira umugambi w’amashure nshingiro ushobore kugenda neza ngo hari ibintu vyihuta Reta yotangura gukorwa
f
Gaspard KOBAKO akaba yabandanije asaba Reta ko yoha ubumenyi bukwiye abigisha kugira ngo uyo mugambi w’ishure shingiro ugende neza abana bashobore kwigishwa n’abigisha babifitiye ubumenyi bukwiye.
f1
Umuhanuzi mu bushikiranganji bw’indero Gaspard KOBAKO akaba yarangije asaba Reta ko yofata nkankama ico kibazo c’amashure nshingiro