Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsUmu Star '' Mt Number One '' ubu agiye kuba umu Manager...

Umu Star ” Mt Number One ” ubu agiye kuba umu Manager ” soma hano wunve ivyahindutse.

Umu Star w’umuririmvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ”Mt Number one ” ubu avuga ko ibintu vyahindutse kuko ubu akaba asigaye ari Manager.

number one

Ivyo rero akaba yabitangarije ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikunzwe cane gikorera muri America no muri Canada ” UBM News ” aho yavuze ko kobari bamumenyereye nka Producer ko ibintu vyanhindutse ngo ubu asigaye ari umu manager.

Mt Number one yagize ati : Ku bari bamenyereye nka producer wa Indonyi Records ubu ngiye kuba manager, Kandi ubu ngiye gufata icegeranyo ca baririmvyi bashoboye abo twita underground haba mu Burundi canke hanze ndabishingire. Naho Indonyi records yo hano mu Burundi ibikorwa birabandanya.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments