UBM News ads
Saturday, December 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umu Star ” Mt Number one ” ivyo ariko arakorera mu Burundi ntibisanzwe ” niwirabire nawe hano !

Umu STAR akunzwe cane w’umuririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ariko ubu akaba abarizwa mu gihugu c’Uburundi ( Mt Number One ), benshi nyuma yo kwunva ko indege yari kumujana mu Burundi yamusize, bahise bibaza ko yaciye ahagarika urwo rugendo ariko inkuru nyayo ivugwa hano nuko ngo nubwo yazubaye ngo vyarashobotse ko yurira iyindi ndege, ubwo rero ngubu akaba abarizwa mu Burundi.

mt number one
Mt Number one hano yari mu kiganiro gica kuri Radio ya Rema fm mu Burundi

Mu rwego rwo gushaka kumenya inkuru iranvuye ijanye n’ukuntu ”Mt Number one ” yazubaye indege igateba naho imusiga, Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikunzwe cane gikorera hano muri America ” UBM News ” twashimye kuganira nawe tumubaza ukuntu vyagenze kugirango indege imusige hamwe n’imigambi yoba yaratumye imujana mu Burundi.

Mukiganiro yakoranye na UBM News, ubwiwe yavuze ko impanvu nyamukuru yatumye aja mu Burundi ko ari ukugira yuguruze ” Indonyi Records ” hamwe no gukorana indirimbo na bamwe mu baririnvyi baba mu Burundi .

Mt Number one yagize ati : Muri make nagomba kwurira indege April 20 ariko bitewe no kuzubara nuriye april 22 nkaba nashikiye mwihoteli bita le prints mu ikalitiye ya ngagara. Mu bikorwa vyanzanye harimo kwuguruza Indonyi Records hano mu Burundi no gukora isanamu yindirimbo one love niyitwa urakaka turi kumwe na Chanel & Ashley

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments