UBM News ads UBM News ads
Tuesday, May 28, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Umu Star Mt Number One arakunzwe pe ” Raba hano abana bariko baraniganira kumukoraho

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umuririmvyi w’umurundi wicamamare aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt Number one ” vyovyo arakunzwe pe ” zino nipica zerekana abana bariko baragerageza kumuramutsa ndetse bakaba bari bafise umunezero udasanzwe wo kuba bariko bararamutsa uno muririnvyi yamamaye cane hano muri Leta zunze ubumwe za America.

1

2

3

4

5

Intambwe uno muririnvyi agezeko ni nziza pe, hano ano mapica akaba yayafotowe ari mu Burundi

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments