UBM News ads

Ukuri kwamenyekanye ‘ ngiyi hano impamvu yukuri yatumye Mujawamariya Jeanne D’Arc yirukanwa na Kagame ! ese ubwoko yoba ariyo mpamvu ?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Rwanda “ Ahubwo Bari baramutebeje, ico maze kubona Mu Rwanda iyo uri mu bwoko bw’abahutu, ugahabwa amahirwe yo kuja muri Leta ya Paul Kagame , bitebe bitebuke umenye ko amaherezo yawe ari ukuja mugasho. Bishobora gutwara igihe ariko ntibabura ivyo bakwagiriza “ batakwagirije ko urya ibiturire, bakwagiriza ko uhakana Genocide, vyose vyase bashobora ku kwagiriza ko wivye amatungo ya Leta .

Umushikiranganji “ Mujawamariya Jeanne D’Arc “ yaraye yirukanywe muri Leta ya Paul Kagame atanukwezi yaramaze agenywe kuba umushikiranganji w’abakozi ba Leta “ ubu ariko arakorwako iperereza ry’Imicungire mibi y’amashyamba.
Sinzi ko mwibuka ivyabaye kuri Edouard Bamporiki “ ubu ari mugasho aho yaciriwe gufungwa imyaka 5 “ , uyu wewe baraje bamukubite 10 “ bamwe bati: ahubwo mu Burundi ho biragendeka kuko ikibazo camoko ntigikora cane , none hoho uravye ko yarajejwe abakozi ba Leta , ivyo gukurikiranwa imicungire mibi yamashamba bihuriye he na minisitere yararongoye ukwezi kumwe?

Ico bikoze uno mugore biraboneka ko atarasanzwe , raba hano ingene yagiye araduga mu butegetsi bwo mu Rwanda.
Mu 2006 yagizwe minisitiri w’Uburezi , Mu 2008 yabaye minisitiri w’Uburinganire n’Iterambere ry’Umuryango, 2011 – 2013 yayoboye kaminuza ya leta. 2013 – 2019 yari ambasaderi w’u Rwanda mu Burusiya , Mu 2019 yagizwe minisitiri w’Ibidukikije
Muri 2024 yagizwe minisitiri w’abakozi ba leta

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments