Thursday, September 21, 2023
No menu items!
HomeNewsUkuri kubivugwa ko Big Fariouz yoba ariko aragurisha imodoka yari yagabiye Mama...

Ukuri kubivugwa ko Big Fariouz yoba ariko aragurisha imodoka yari yagabiye Mama wiwe kwamenyekanye

Inyuma y’umusi umwe gusa ikinyamakuru kimwe gikorera mu Burundi canditse inkuru yavuga ko Big Fariouz ariko aragerageza kugurisha imidoka yari yagabiye Mama wiwe, ubu ho hari iyindi nkuru idushikiriye ije ivuga ko ivyo ico kinyamakuru canditse ari ububeshi.

fariouz

Kubwa Big Fariouz ngo ivyo bamuvugako vy’ugushaka kugurisha Imodoka yari yahaye mama wiwe hamwe nivyo gushaka guca agura iyindi ngo n’ububeshi gusa ndetse aramirira kure abo bose babivuga.

imodoka

UBM News twobibutsa ko mu nkuru iheruka guca kukinyamakuru kimwe gikorera mu Burundi, bo bavuga ko Big Fariouz yariko arashaka kugurisha imodoka yari yahaye Mama wiwe ndetse agaca agirako agurisha niyo yahora agiramwo.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments