Uku niko Vyagenze mw’ ifatwa ry’ amashusho y’ indirimbo nshasha ya Masterland. Raba ngaha amafoto.

0

Masterland umuririmvyi wa R&B na Afro Beat akongera aba n’ umuhinyanyuzi munzu ihinyanyura indirimbo INDONYI RECORDS ibarizwa mu gisagara ca Bujumbura.

11793218_731967083597216_503765232_n

Inyuma y’ akaririmbo kiwe SINDEKURA, umuririmvyi Masterland Pro ariko arakora isanamu y’ indirimbo yiwe nshasha ihimbaza Imana yise Alleluyah yakoranye na mugenziwe EMMY, akaba yarayikoreye mu ntara ya NGOZI benshi bita NGZ KUGASAKA.

11830143_731967133597211_1525766274_n

Ayo akaba ari amwe mu mashusho yaranze ico gikorwa.

11840278_731967126930545_788385606_o

11798417_731967103597214_207557666_n

11840751_731967063597218_1829571801_o