Nyuma yuko muri Uganda bazanye itegeko ryo guhana abakobwa bose bagenda bambaye ivyo twokwita nk’ubusa, ubu bamwe batanguye kugenda bafatwa buhoro, ubu kandi hakaba havugwa umwe mubakobwa wafashwe aho yariko araca ahantu ahantu hamwe munzira mumasaha y’ijoro, uyu mukobwa kandi nkuko mubibona akaba yari yambaye akantu kameze nk’agakanzu gusa bikaba bigaragara yuko yasa nuwri yambaye ubusa kumaso.
Uno mukobwa yaje gufatwa nigi Police aho yahiswe ajanwa m’ubuyobozi ikindi naco nuko uyu mukobwa ngo yasa nuwari wanyweye inzoga nyinshi bimwe birenze urugero.
Recent Comments