Ubwicanyi bwahindukiriye intwazangabo z’uburundi

0

Abantu bataramenyekana bari mu modoka ya Probox nibo bateye ku musi w’ejo imodoka y’intwazangabo mu gisirikare iriko iragenda uca kuri Avenue du large.

IMG_0120

Amakuru dukesha ikinyamakuru Iwacu ngo iyo Probox yaciye imbere iyo modoka y’intwazangabo mu gisirikare aho yaciye yugurura umuriro yapfa umu AT w’iyo ntwazangabo.

Ayo makuru nyene amenyesha ko iyo modoka yabandanije irasana n’abandi  Basirikare baranapfa uwundi mubo yasanze hampande ya Musee Vivant, uwo akaba yati mu bacunze I radio y’igihugu kuva hashaka guhirikwa ubutegetsi mu kwezi kwa gatanu.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here