Imibabaro yacu iratugerageza, Igituma tubicamwo vyose, Tukageragezwa cane, Ni ukugira ngo bidusunikire Ku vyiza biri imbere.
Ni iki twokora? Mbese twabihunga? Mbese twakwipfumbata? Mbese twabihunga, Canke tworwana na vyo? Igisubizo kiroroshe kukivuga, Ariko kirakomeye kugishira mu bikorwa.
ese uzemera kuyoborwa n’Imana? ese uzemera guhora uyizeye? Uzokomeza kuyizera? Uzavyirengagiza se? Nanje nabinyuzemwo.
Ni ukuri: Nta caba ciza Nko gukomeza kuyoborwa n’Imana. Ongera wizere kandi unezerwe Uzabona Imana, ihora iteka hafi yawe.
Yibwire uti: Yoo, Mana yanje, Sinzi ivyo ushaka Ahubwo nzi ivyo nshaka Icambera ciza ni ugukora ivyo ushaka.
Recent Comments