Ubutungane bwa Bujumbura ngo ntibwizewe, basaba umurwi mpuzamakungu

0

Umurwi mpuzamakungu wigenga ngo niwo ukenewe kugira utohoze kubagira bagandagure Mbonimpa hamwe n’abahekuye umuryango wa Adolphe nkuko bushikirzwa na Me. Armel niyongere

Igihe yari yururtse umusi atora mitende inyuma y'igitero
Igihe yari yururtse umusi atora mitende inyuma y’igitero

Abasanzwe baburanira Pierre Claver Mbonimpa basaba ko hoba hobaho umurwi wigenga uzoba uje gutohoza kubashatse kugandagura uwo mutama hamwe n’abatwaye Ubuzima Adolphe Nshimirimana.

Imvo zishikirizwa n’abamuburanira ngo nuko hari ayandi matohoza atigeze agura ico avuymwo muri kahise kandi vyavurwa ko yari yatanguye gutozwa.

Armel Niyongere aburanira uwo mutama akamenyesha ko ata cizere gihari ku butungane bwa Bujumbura.