Uburundi bwohava buba nk’ikibuga c’intambara

0

Nkuko ikinyamakuru c’abashinwa kibishikiriza ngo Leta ya Bujumbura yarahiye iraremgwa ko atamusirikare w’umunyamahanga arenga kubari basabwe n’ubuserukizi bw’ibihugu buried mu Burundi basubira kwinjira. Ivyo vyashikirijwe na Alain Nyamitwe umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi nibindi bihugu.

nyamitwe-1

Naho yashikirije ivyo akaba atashimye gushikiriza abasavye kwongereza abo basirikare bacungera ubwo buserukizi. Akaba yanashikirije ko ugucunga ubuserukizi bw’ibihugu mu Burundi biraba igihugu.

Kubwa Amb. Alain ngo ntihagire uwusubira kwitwaza ko Uburundi buri mu ngwano kuko ntayihari, kandi ngo ntiborekurira ko hinjira abasirikare mvamakungu benshi b’ibihugu bitandukanye kuko hoca haba nk’ikibuga c’intambara.