Ubugeni bwa P-Square bwimirije kuba ntibuzoba busanzwe ” soma umenye umunsi buzoberako!

0

Imyiteguro y’urubanza rwa Paul Okoye wo muri P Square hamwe n’umukunzi wiwe Anita Isama yatanguye , urubanza nyezina ruzoba kw’igenekerezo rya 22 Ntwarante uyu mwaka iwabo Port Harcourt muri Nigeria ” March 22, 2014 ”

Ugutumira incuti , ababanyi n’abegenzi nivyo bigezweho , urwo rubanza rwitezwe kwinjira muyandi mateka kw’isi bitanguriye kubutumire bwonyene bubigaragaza .


Iyo niyo enveloppe ikoreshwa mugutumira abagenzi ” Paul yasavye irembo mukwezi kwa Nyakanga umwaka w’2013 , bakaba bafise umwana w’umuhungu itwa Andre