Ubu hatandukiriwe umwana wa Mbonimpa Pierre Claver

0

Inyuma y’ukubura umuvyeyi wiwe, amandine nasagarare amenyesha ko ariko arahirwa nabantu bashaka kumuzimanganiriza ubuzima.

FB_IMG_1439474658284

Amandine Nasagarare amenyesha ko abantu bitwaje ibirwanisho baguma bamukurikira nkuko SOS MEDIA yabimenyesheje, ayo makuru nyene twaronse abandanya avuga ko abamukurikira bishoboka bakaba basi neza ingendo afata uko zimeze.

Tubibutse ko uwo mwana ariwe yagumye atanga amakuru ya se Mbonimpa Pierre Claver kuva bamurasa yaratashe.