Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsUBMNews yaje murutonde rw'ibinyamakuru vy'abarundi bitembererwa cane kwisi yose !

UBMNews yaje murutonde rw’ibinyamakuru vy’abarundi bitembererwa cane kwisi yose !

Ibinyamakuru bisohora inkuru z’abarundi nivyinshi ariko nubwo ari vyinshi hariho ibinyamakuru 10 bitanga inkuru z’abarundi bitembererwa cane nabarundi benshi !

1073797_565437706836988_696296299_o

Nkuko vyashizwe ahagaragara nurubuga Alexa, rwerekanye neza ibinyamakuru 10 vyizewe vyabarundi bitembererwa cane nabarundi benshi kwisi yose.

Ikinyamakuru BBC Gahuza Miryango gikorwaho nabantu batandukanye ( abarundi abanyarwanda etc ) caje mumwanya wambere naho UBMNews iza mumwanya windwi ” Raba urutonde hano musi uko bikurikirana.

1. www.BBCGAHUZA.com

2. www.ISANGANIRO.org

3. www.RADIYOYACUVOA.com

4. www.IGIHE.bi

5. www.BONESHA.bi

6. www.INDUNDI.com

7. www.UBMNEWS.com

8. www.ISANGI.com.bi

9. www.BURUNDIIMAGE.info

10. www.IWACUVISION.net

UBMNews vyatunezereje cane kandi tukaba dushimira abakunzi mwese mubandanya mukurikirana amakuru ducisha hano .

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments