U Rwanda ruriyamiriza bimwe bikomeye Leta yu Burundi kuvyo ishikiriza ” Soma ngaha wumve

0

Louise MUSHIKIWABO umushikiranganji w’imigenderanire n’amakungu avuga ko Urwanda atanyungu rufise mumatati ari mu Burundi.

louise

Kubwiwe agira ati : « Abategetsi b’Uburundi bashobora kuba babonye ko ari vyiza ko mugutorerera inyishu ibibazo bafise bavyegeka kumahanga ».

Ivyo abishikirije inyuma yaho Alain NYAMITWE, umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Uburundi n’amakungu amenyesheje ko bafise ivyemeza ko hari bamwe mubagerageje gutembagaza inzego mu Burundi bari kubutaka bw’Urwanda.