UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Top 10 y’ibihugu bifise abakobwa beza cane muri afrika ” u Rwanda narwo ruri muri runo rutonde

UBM News ads

Nkuko bikunzwe kuvugwa ubwiza buba mumaso . Mu majambo make ubwiza ni ubwo buri kuri uwowese ashobora kurabisha amaso , umuntu wese afise ivyo arabirako ubwiza buri kuwundi muntu. Hari ibishobora kuba vyiza kuri bamwe kubandi bikaba bibi, ariko hari abantu turaba tukemeranya ko ari beza.
Amakuru dukesha ikinyamakuru ranker rukunze gukora sondage rw’ibintu n’abantu, rwarakoze irushanwa kubakobwa bokumugabane wa afrika , mwomenyako gushika kano kanya hamaze gutora abantu barenga ibihumbi 350, ubu ibihugu icumi biza ku mwanya wambere ni :

1. Somalia

2. Djibouti

3. Ethiopia

4. Ghana

6. Misiri

7. Kenya

8. Maroc

9. Rwanda

10. Sudan

Nimba hari igihugu bibagiye gutora, candike ahomunsi muri COMMENTS:

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments