THITY LOVE agiye gusohora indirimbo nshasha vuba cane.

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Thity Love agiye gusohora indirimbo nshasha vuba cane nyuma y’iminsi mike ari mu gacerere kadasanzwe.
T1
Abicishije ku rubuga rwiwe ngurukana bumenyi rwa facebook uyo muririmvyikazi Thity Love akaba yanditse avuga ko vuba agiye gushira ahabona indirimbo nshansha.
T
Twobamenyesha ko Thity Love asanzwe ari umutambukanyi w’umuririmvyi akngera akaba umuhinyanyuzi KOO-K