22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Ubutegetsi bw’Ubufaransa bwagize ico buvuga ku makuru avugwa yo gusubira gufashanya n’Uburundi…

Mu gihe hagize imisi havugwa ko igihugu c'Ubufaransa coba casubiriye gufata ingigo yo gusubira gufasha leta y'Uburundi naho vyari vyahagaze kuva mu mwaka wa...

Ubufaransa bwasubiriye gukorana n’Uburundi, ariko bamwe ntibabibona kumwe…

Igihugu c'Ubufaransa casubiriye gukorana n'igihugu c'Uburundi mu gihe imigenderanire hagati y'Uburundi yononekaye kuva mu mwaka wa 2015, niko Radiyo y'Abafarnsa RFI yamenyesheje. Ubufaransa ni kimwe...

Menya amakuru y’Ibanga ashirwa ahabona ku bijanye n’ukugarukana Intwaro ya cami mu Burundi.

Mu makuru y'ibanga yatanguye kuja ahabona imbere y'amatora ya 2020, hoba hariko harategurwa intwaro ya cami mu Burundi maze intwaro ya demokrasi canke intwaro...

Umukenyezi yiteguriye kwitoza ngo atware Uburundi. Muriteguriye kumutora?

Umugambwe APDR waraye ushize ahabona umukenyezi azowuserukira mu matora y'umukuru w'igihugu azoba mu mwaka wa 2020, baba batsinda canke batsindwa bakaba biyemeje kumurungika abaserukire. Ivyo...

Abasoda bo mu Rwanda boba binjiye muri Congo kurwanirayo.

Igihugu c'Urwanda hamwe n'intwaro yaco ya Kagame coba cararungitse abasirikare baco mu buseruko bw'igihugu ca Kongo kugira ngo kirwanye imirwi irwanye intaro ya Kagame. Ibinyamakuru...

Smail Chergui: ‘Birakwiye ko hasubira gutangura ibiganiro bihuza Abarundi’.

Umukomisioneri wo mw'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika, Smail Chergui, yaraye asavye imbere y'Inama y'umutekano ya ONU ejo ku musi wa gatanu itariki 14 Ruheshi 2019,...

Abakandida babiri mu matora ya 2020 nibo bamaze kumenyekana.

Mu gihe hasigaye gusa nk'amezi nka 12 kugirango habe amatora yo mu mwaka wa 2020 y'umukuru w'igihugu, gushika ubu hamaze kumenyekana abakandida canke abazokwitoza...

Umugambwe CNL uriko urakwiragira hose, ariko bamwe ntibavyakira neza.

Umugambwe mushasha wa Rwasa Agathon, CNL, uriko ukwiragira hose mu gihugu c'Uburundi kandi wongera ukomera kubera abanywanyi benshi babandanya bawirukira. Inyuma yaho CNL yugururiye icicaro...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...