15.8 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Abasoda bo mu Rwanda boba binjiye muri Congo kurwanirayo.

Igihugu c'Urwanda hamwe n'intwaro yaco ya Kagame coba cararungitse abasirikare baco mu buseruko bw'igihugu ca Kongo kugira ngo kirwanye imirwi irwanye intaro ya Kagame. Ibinyamakuru...

Smail Chergui: ‘Birakwiye ko hasubira gutangura ibiganiro bihuza Abarundi’.

Umukomisioneri wo mw'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika, Smail Chergui, yaraye asavye imbere y'Inama y'umutekano ya ONU ejo ku musi wa gatanu itariki 14 Ruheshi 2019,...

Abakandida babiri mu matora ya 2020 nibo bamaze kumenyekana.

Mu gihe hasigaye gusa nk'amezi nka 12 kugirango habe amatora yo mu mwaka wa 2020 y'umukuru w'igihugu, gushika ubu hamaze kumenyekana abakandida canke abazokwitoza...

Umugambwe CNL uriko urakwiragira hose, ariko bamwe ntibavyakira neza.

Umugambwe mushasha wa Rwasa Agathon, CNL, uriko ukwiragira hose mu gihugu c'Uburundi kandi wongera ukomera kubera abanywanyi benshi babandanya bawirukira. Inyuma yaho CNL yugururiye icicaro...

Igihe ‘abatanama rimwe’ bakoranijwe n’umukuru w’igihugu.

Mu ntara ya Gitega uyu musi wa gatanu niho haba Inama yo kuremeshanya(moralisation) yakozwe na Petero Nkurunziza ari kumwe n'abarongoye imigambwe yemewe mu gihugu...

Uburundi bwankiwe kuja muri SADC.

Igihugu c'Uburundi cankiwe kwinjira muri wa muryango w'ibihugu vya Afrika y'Ubumanuko mu vy'ubutunzi(SADC: Southern Africa Development Community), nk'uko vyamenyesheshejwe n'umukuru w'uwo muryango,Hage Geingob, umukuru...

Umugambwe MSD ‘ntucizeye ibiva mu Nama y’Umutekano ya ONU ku Burundi’.

Umugambwe MSD utavuga rumwe n'ubutegetsi bw'Uburundi waraye usohoye itangazo ryerekana impagararo yawo ku bijanyer n'Inama y'Umutekano ya ONU yama ikora ku Burundi. Iyo nama ya...

Sankara amenyesha ko yafashwa n’Uburundi n’Ubuganda.

Mu butungane uyu musi wa kane aho Callixte Nsabimana yitaziriye Sankara, yamenyesheje ko mu bitero vyose yakoze mu Rwanda na cane cane mw'ishamaba cimeza...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...