15.8 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Human Rights Watch: ‘Ubwicanyi n’Agahahazo imbere y’amatora’.

Mu cegeranyo ishirahamwe Human Rights Watch ryashize ahabona uyu musi wa 18 Rusama 2018, herekana ko abajejwe umutekano mu Burundi n'Imbonerakure bishe, barafata ku...

Abatavuga Rumwe na Leta y’Uburundi Basaba Ko ‘Intwaro y’i Bujumbura Yofatirwa Ibihano Ruhasha’.

Umurwi w'abatavuga rumwe na leta y'i Bujumbura ugizwe n'abahunze igihugu c'Uburundi ahanini wasavye amakungu 'gufata ibihano ruhasha ku ntwaro y' i Bujumbura' kugira ngo...

Zeid Ra’ad al Hussein: ‘ Uwo ariwe wese azobabara niyo Uburundi bwaja mu ntureka mu matora canke inyuma yayo…’

Zeid Ra’ad al Hussein , asanzwe ahagarariye umurwi wo muri ONU ujejwe kuraba uko agateka ka zina muntu kubahirizwa kw'isi( UN Human Rights...

Amerika isaba ONU ‘Gukurikiranira hafi Ivy’Uburundi muri Iki gihe C’Ihinyanyurwa ry’Ibwirizwa Shingiro’.

Muri ibi bihe Uburundi himirijwemwo amatora yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro ry'Uburundi, amakungu ntahengeshanya kwerekana ako ayo matora ashobora guteza izindi ntureka mu Burundi. Ubu...

Umwihwezo: ‘Ntivyari Vyitezwe Ko Agathon Rwasa Agifise Abanywanyi Benshi Ukuraho…’.

Mw'isekeza ryo kwigisha gutora OYA canke EGO mw'ihinyanyurwa ry'Ibwirizwa shingiro ku wa 17 Rusama 2018, urunani Amizero y'Abarundi rurongowe n' Umushingamateka Agathon Rwasa, ruriko...

Itangazo ry’Ubumwe Bwa Buraya Ku Bijanye N’Ihinyanyurwa Ry’Ibwirizwa Shingiro mu Burundi.

Inyuma y'aho igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika Zigaragarije ko amatora ya 17 Rusama 2018 kw'ihinyanyurwa ry'Ibwirizwa shingiro mu Burundi 'atazoba aciye...

‘Amizero y’Abarundi Nyakuri’? Agathon Rwasa Aratanga Umuco.

Inyuma y'ah habaye umugwi w'abantu biyitirira kuba bari mu runani Amizero y'Abarundi bakoreye ikiganiro mu gisagara ca Bujumbura mu ndiw iheze ko bobo bazotora...

Rwasa Agathon Aragabisha Kw’Ihagarikwa Ry’Abanywanyi Biwe.

Umushingamateka Rwasa Agathon, mw'isekeza arimwo ryo guhamagarira Abanywanyi biwe gutora Oya mw'ihinyanyurwa ry'ibwirizwa shingiro ryimirije kuba itariki 17 Rusama 2018, uyo mushingamateka aragabisha ku...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...