15.4 C
Bujumbura
Friday, February 28, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Imyerekano yo kwiyamiriza ONU, Michel Kafando hamwe n’Ubufaransa.

Inyuma y'aho Uwuserukira ONU mu Burundi ,Michel kafando, avugiye muri ONU ko 'hagikenwe ibiganiro bidakumira mu Burundi kugira ingorane zihere, Leta y'i Bujumbura ntiyashimye...

USA ‘Irakengurukira Uburundi ku bw’intahe yo kwikukira’.

Mw'itangazo ryashizwe ahabona ejo itariki 1 Mukakaro 2018 n'Umunyamabanga wa Leta ya Amerika, Muike Pompeo, yaramenyesheje ko Leta Zunze Ubumqwe za Amerika zikengurukira Uburundi...

Sentare Ijejwe kwubahiriza Ibwirizwa Shingiro ‘yemeje Intsinzi ya “EGO”.

Uyu musi niho vyitezwe ko ariho Sentare ijejwe kwubahiriza Ibwirizwa shingiro mu Burundsi ivuga ijambo ryo kwemeza ibiharuro vyari vyashizwe ahabona n'umugwi ujejwe amatora...

Uburundi Burizeye ‘Gutahukana Intsizi’ muri urwo Rubanza.

Ku wa 24 Rusama 2018,Sentare y'ibihugu vya Afrika y'Ubuseruko (EAC Court of justice) yaramenyesheje ko 'igiye gusubira kwihweza ko ikiringo ca gatatu ca...

CNARED Igiye Guhindura Ibijanye N’inzego ‘Zijane N’igihe’.

Urunani rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi rugizwe ahanini n'Abarundi bahunze igihugu c'Uburundi bahurikiye mu runani CNARED-GIRITEKA barakoraniye hamwe mu nama ku magenekerezo ya...

Michel Kafando Asaba ‘Ibiganiro Bidakumira’ Mu Burundi.

Intumwa idasanzwe ya ONU mu Burundi, Michel Kafando, yabwiye abari mu Nama y'umutekano ya ONU biga ku kibazo c'Uburunndi ejo ku musi wa kane,...

Amerika Ivuga Ko ‘Amatora yo kuwa 17 Rusama ataciye mu muco’.

Inyuma y'aho umugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi utangarije ko EGO yatsinze mu matora yo guhinyanyura ibwirizwa shigiro, Departema ya Leta Zunze Ubumwe za...

Agathon Rwasa Asaba Ko ‘Amatora Yosubirwamwo…’

UrunaniAmizero y'Abarundi rurongowe na Rwasa Agathon rwaciye rusohora itangazo ryiyamiriza ivyavuye mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa shingiro inyuma y'aho bigaragariye ko "EGO"...

Most Read

Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye yiyitirira ‘igitangaro kiva ku Mana’

Amafoto y'Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye, Angeline Ndayubaha, yiyitirira 'igitangaro kiva ku mana' ariko atuma abatari bake bagira bayavuzeko ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Twitter. Ku...

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...