15.4 C
Bujumbura
Friday, February 28, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Biravugwa Ko Alexis Sinduhije Agiye kuba mu Ndongozi za CNARED.

Mu gihe CNARED, urunani rw'abatavuga rumwe na Leta y'i Bujumbura rugwiriyemwo abenshi baba hanze y'igihugu c'Uburundi ihanzwe n'ukutavuga rumwe ku bijanye n'ubwicanyi bwabereye mu...

Umwe mu bakozi bakuru mw’ishirahamwe REGIDESO yasabiwe gupfungwa imyaka 14

Umwe mu bategetsi bo mw'ishirahamwe REGIDESO rijejwe guhingura n'ukudandaza amazi n'umuyagankuba mu Burundi yagirizwa kunyuruza ibikoresho vy'iryo shirahamwe yasabiwe gupfungwa imyaka 14, uwundi mugabo...

Evariste Ndayishimiye amenyesha ko hagiye kuba ‘Ikoraniro kaminuza ryo gutora uwuzosubirira Petero Nkurunziza’.

Mu kiganiro umunyabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD yamenyesheje iradiyo y'abongereza BBC, uyo munyamabanga akomeye benshi bavuga ko ari uwahafi cane n'umukuru w'igihugu, yamenyesheje ko umugambwe...

Amerika Ivuga Ko Pierre Nkurunziza avuye ku butegetsi abishatse ‘bizoha akarorero abandi bategetsi’.

Mw'itangazao ryashizwe ahabona na Leta Zunze Ubuwe za Amerika ku bijanye n'ijambo umukuru w'igihugu c'Uburundi aheruka kumenyesha i Bugendana mu ntara ya Gitega ko...

Ibiro Vy’umukuru w’igihugu bimenyesha ko ‘Nkurunziza atazokwitoza mu kindi kiringo’..

Naho hakiri impari ku majambo yamenyeshejwe na Pirerre Nkurunziza ko atazokwitoza mu mwaka wa 2020, ibiro vy'umukru w'igihugu vyemeje ayo majambo ko ari ukuri:...

Pierre Nkurunziza ‘Ntazokwitoza Mu 2020’.

Prezida Pierre Nkurunziza nyuma yo gushira umukono kw'ibwirizwa shingiro rishasha, yatangaje ko atazokwitoza mu 2020 Mu makuru dukesha BBC, Umukuru w'igihugu c'u Burundi, Pierre...

P.Claver Mbonimpa: ‘Uburundi ubu bufise amabwirizwa-shingiro abiri’.

Mu nama yatunganijwe n'Inama Nshingamateka ya Buraya kugira yige ikibazo c'Uburundi yatanguye ejo ku wa 04 Ruheshi 2018, haratumiwemwo Pierre Claver Mbonimpa asanzwe ari...

Ishirahamwe ry’Ubumwe Bwa Afrika Risabwa Guhagararira Ibiganiro Bihuza Abarundi.

Intumwa z'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Buraya mu karere ka Afrika y'Ubuseruko no mu gace k'ihembe rya afrika basaba ko Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika ryifatira mu...

Most Read

Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye yiyitirira ‘igitangaro kiva ku Mana’

Amafoto y'Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye, Angeline Ndayubaha, yiyitirira 'igitangaro kiva ku mana' ariko atuma abatari bake bagira bayavuzeko ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Twitter. Ku...

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...