22.2 C
Bujumbura
Wednesday, April 8, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Melchiade NZOPFABARUSHE yavuze ivy’uguta abantu muri Tanganyika yakuwe mw’ibohero

Melchiade NZOPFABARUSHE, umunywanyi w'umugambwe CNDD FDD uri ku butegetsi akaba n'umukuru w’ishirahamwe ry’imvukira za komine Kabezi intara ya Bujumbura yarekuwe kuva kuri uwu wa...

Rwanda – Mahama : Impunzi z’Abarundi zahimbaje umunsi wazigenewe

Impunzi z’Abarundi ziri mu gihugu c’Urwanda mw’ikambi y’i Mahama zahimbaje kuri uwu wa gatatu umunsi mpuzamakungu wahariwe impunzi. Ivyo birori vyabereye mw’ikambi y’i Mahama...

Ruyigi : Umwigeme yatemaguwe ibihimba vy’umubiri

Umwigeme azwi rya Béoline Niyozomburanira w’imyaka 20 aba ku musozi Nyamiyaga, zone Muriza, komine Butaganzwa, intara ya Ruyigi yatemaguwe ibihimba vy’umubiri hakoreshejwe umupanga. Uwatemaguye uwo...

Menya Buramatari mushasha w’intara ya Muramvya yari imaze amezi 8 itagira uwuyirongoye

Intara ya Muramvya yari imaze umunani itagira Buramatari yaronkejwe kuri uwu wa kabiri uwuyirongora. NICIMBESHE Laurent niwe kuva kuri iri genekerezo rya 19 Ruheshi...

Umukuru w’urunani AMIZERO Y’ABARUNDI i Mwaro apfunzwe yagirizwa iterabwoba

Umukuru w'urunani rw'abatavuga rumwe n'ubutegetsi bw'Uburundi, AMIZERO Y'ABARUNDI ari mw'ibohero kuva kuri uwu wa gatanu w'indwi iheze. Fabien MAHERA yahagaritswe kw'itegeko rya Musitanteri wa...

Kaminuza y’Uburundi yahawe umuyobozi mushasha

Kaminuza y'Uburundi yahawe umuyobozi mushasha, inyuma y'aho uwahora ayirongoye, Gaspard BANYANKIMBONA agenwe kuba umushikiranganji ajejwe inyigisho za Kaminuza y'ubushakashatsi. Kw'itegeko ry'umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA ryo...

Petero BUYOYA, Sylvestre NTIBANTUNGANYA hamwe na Domisiyano NDAYIZEYE bakuwe mu nama nkenguzamateka

Abahoze ari abakuru b'igihugu c'Uburundi aribo Petero BUYOYA, Sylvestre NTIBANTUNGANYA hamwe na Domisiyano NDAYIZEYE ntibakiri abakenguzamateka, nk'uko bivugwa na Anicet NIYONGABO, icegera ca kabiri...

Umurwi utohoza ku bwicanyi bwabereye mu Cibitoke wongewe ikiringo

Ikiringo c'ukwezi kwari kwahawe umurwi ujejwe gutohoza ku bwicanyi bwakorewe ku musozi wa Ruhagarika, mu ntara ya Cibitoke caheze uwo murwi utarashikiriza icegeranyo kivuga...

Most Read

‘Samuragwa’ ati : ‘Mu misi yahera bavuga amatora, ubu naho bavuga Corona’

Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD akongera akaba yitezwe guhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye, mu matora yo ku wa Rusama 2020 yaraye avuze ko 'Coronavirus...

Ya ‘Ntwari’ ihangana na CNDD-FDD yashize ahabona urutonde rw’Abarundi 19 baburiwe irengero

Ya 'Ntwari' ihangana na CNDD-FDD, Fabien Banciryanino, yashize ahabona urutonde rw'Abarundi 19 baburiwe irengero mu ntara ya Bubanza. Ivyo biri mu rwandiko rwashizwe ahabona na...

Ni kuki ibiciro vy’ibifungurwa biguma biduga kandi umwimbu ari mwiza ?

Mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri umushikiranganji Deo Guide Rurema avuga ko umwimbu w’ibigori wavuye ku matoni ibihumbi 139 211 mu...

Igiciro c’igitoro caragabanutse cane kumasoko mpuzamakungu, hoba hariho akunguko k’Uburundi

Ibiciro vy’akagunguru k’ibitoro kagiye karakorora ibeyi kw’isoko mpuzamakungu aho akavuye kumadorari y’abanyamerika 63,6 $ mu kwezi kwambere 2020 kakaba kageze kuri 26,11$ kur’uyu wambere...