22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Uwahoze ari Musitanteri wa Muruta n’abo bafatanwe bagumye ku gihano c’ugupfungwa ubuzima bwose

Sentare isubiramwo imanza ya Ngozi yafashe ingingo y’ukugumiza mu munyororo abagabo batanu bo mu ntara ya Kayanza bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi bagirizwa ko...

Makamba : Umuvugabutumwa abarizwa mw’ibohero

Igiporisi co mu ntara ya Makamba cataye muri yompi Petero Karaveri Havyarimana, umuvugabutumwa wo kw’ishengero rya Pentekoti ryo muri komine Kayogoro, intara ya Makamba....

Doudo Diene:‘Abatumva umugambi wo Guhinyanyura ibwirizwa shingiro barabangamiwe’.

Umwe mu bakora mu murwi wwa ONU ujejwe gukora amatohoza mu Burundi, Doudo Diene, yaraye amenyesheje ko abatabona kumwe na leta ibijanye n’umugambi...

Inkuru nziza ku bahora bahabwa igihano c’ugupfungwa

Umunyagihugu azociribwa igihano c’ugupfungwa imyaka iri munsi y’ibiri ntazosubira kuja mw’ibohero, nk’uko bivugwa na Aime Laurentine KANYANA umushikiranganji w’ubutungane bw’Uburundi yemeza ko kuva ubu...

Umukozi wa DPAE Muyinga yishwe arashwe

MUMPUTU Jean Pierre, umukozi w’igisata kijejwe uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Muyinga (DPAE) yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri n’abantu bataramenyekana bamurashe ageze...

COMESA yasiguye igituma inama y’abakuru b’ibihugu yasivye kubera mu Burundi

Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe COMESA, SINDISO NGWENYA yemeza ko ingingo y'ukwimurira i Lusaka muri Zambiya inama ya COMESA yari kubera mu Burundi atariwe yayifashe, ahubwo...

Cibitoke : Umuntu umwe yishwe atemagujwe imipanga

Umuntu umwe yishwe atemegujwe imipanga kuri uwu wa kabiri, muri komine Murwi, intara ya Cibitoke. Nk'uko vyemezwa n'umukuru w'umutumba wabereye ubwo bwicanyi, uwo muntu...

Kurikirana ngaha urabe aho abiteguriye gutera Uburundi n’Urwanda bakorera imyimenyerezo.

Hagize imisi havugwa imirwi irwana yoba yiteguriye gutera igihugu c'Uburundi, iyindi igatera Urwanda, ubuhoho hamaze kuja ahabona amakuru amenyesha aho abo biteguriye kudurumbanaya umutekano...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...