22.2 C
Bujumbura
Saturday, May 30, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Ivyo Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika Rimenyesha ku Bijanye n’Uburundi.

Mu nama ya 31 y'Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika yabereye i Mauritania mu Buraruko bwa Afrika, Inama y'umutekana yarashize ahabona ivyo ibona ko bibereye gukorwa...

Batatu mu ndongozi z’urwaruka rwa FNL ya RWASA Agathon bafatiwe muri Kaminuza y’Uburundi

Abanyeshure batatu bo muri Kaminuza y’Uburundi, bari mu ndongozi za FNL ya RWASA Agathon bafashwe n’igiporisi mw’ijoro ryo kuri uwu mbere rishira uwa kabiri,...

“Intahe yo kwikukira si akaganuke twahawe” – Petero NKURUNZIZA

Umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA amenyesha ko intahe yo Kwikukira Uburundi bumaze imyaka 56 buronse atari akaganuke Abarundi bahawe. Uwo arongoye Uburundi avuga ko abari...

Menya ubuzima bw’Umuganwa Rudoviko Rwagasore yarondereye Uburundi intahe y’ukwikukira

Mu gihe Abarundi bibuka kuri uwu wa mbere igenekerezo rya mbere Mukakaro 2018 imyaka 56 iheze igihugu c'Uburundi kironse intahe y'ukwikukira, ikinyamakuru UBM News...

Umushikiranganji w’ubudandaji yahuye n’isanganya rikomeye ryahitanye abantu babiri

Umushikiranganji w’ubudandaji, Jean Marie NIYOKINDI ari mu bitaro kuva ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu, kandi araremvye cane. Aho ni inyuma y’isanganya umuduga...

Ngozi : Uwahoze ari umukuru w’igiporisi yasabiwe umunyororo w’imyaka itanu

Donatien BARANDEREKA, intwazangabo mu giporisi c’Uburundi, akaba ariwe yahora arongoye igiporisi mu ntara ya Ngozi, yasabiwe na Sentare isubiramwo imanza ya Ngozi, umunyororo w’imyaka...

Abandi barundi 203 birukanwe mu Rwanda

Kuva mu ndwi iheze, abarundi bo mu mice yose, abakuze, abana, abavyeyi, babandanya gushika mu Burundi birukanwe mu gihugu c'Urwanda. Kuri uwu wa gatanu,...

Léonce Ngendakumana abona ko gushika n’ubu ata ‘kwikukira kurahaba…’

Umushingantahe Léonce Ngendakumana, uwukunze gushira ahabona ibitangenda neza mu Burundi atarya umunnwa kandi arimu batavauga rumwe na Leta y'i Bujumbura yaraye amenyesheje ko naho...

Most Read

Denise Nkurunziza yoba yajanwe muri Kenya kuvurwa Coronavirus

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba akandi yiteguriye gusohoka ku butegetsi, ariwe Denise Bucumi Nkurunziza, yajanwe mu gihugu ca Kenya inyuma yo kwandura umugera wa...

Rwasa avuga ko azokwitura Sentare ya EAC vyanse mu Burundi

Umushingamateka akongera akaba umukuru w'umugambwe CNL, Agathon Rwasa, avuga ko azokwitura Sentare ya Afrika y'Ubuseruko, EAC, mu gihe Sentare yuhabihiriza ibwirizwa shingiro itokwumva ivyo...

Abaserukira ibihugu vyabo m’Uburundi basaba abanyepolitique  gushira imbere umwumvikano

Mw’itangazo ibihugu birenga 17 bifise ubuserukizi m’Uburundi vyarasohoye itangazo kur’uyu wagatatu inyuma yaho umurwi CENI utangarije ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abajenama ba...

Abasenyeri bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020

Umugwi w'abasenyeri bo mu Burundi, CECAB, bariyamiriza akarenganyo karanze amatora yo ku wa 20 Rusama 2020. CECAB ikabona ko naho amatora muri rusangi yabaye...