22.2 C
Bujumbura
Monday, July 13, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Gerenade zibiri zatewe ku murwa mukuru w’intara ya Rumonge

Umutekano wahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, ku murwa mukuru w’intara ya Rumonge, muri karitiye ya Nkayamba, ahatewe Gerenade zibiri, nk’uko vyemezwa n’igiporisi...

Icuka si ciza hagati y’Imbonerakure n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi muri Kaminuza y’Uburundi

Impapuro zidateye umukono zatowe muri Kaminuza y'Uburundi, ikigo co ku Mutanga. Izo mpapuro zikaba zigabisha abatavuga rumwe n'ubutegetsi baba muri ico kigo. Bamwe mu...

Rugombo : Ingoro y’umugambwe UPRONA yabomowe

Ingoro nshasha y'umugambwe UPRONA iri ku mutumba Kagazi, komine ya Rugombo, intara ya Cibitoke yabomowe n'abantu bataramenyekana. Celestin HAVYARIMANA, Umunyanyamabanga w'uwo mugambwe muri iyo...

Umugambwe SAHWANYA FRODEBU wahinduye abawurongora

Umugambwe SAHWANYA FRODEBU utavuga rumwe n’ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA uramutswa indongozi nshasha kuva kuri uwu w’Imana. Petero Karaveri NAHIMANA niwe yatowe kugira abe...

Tanzania Yeteye Ibitugu Uburundi Mu Gisata Co Kwakira Ingenzi.

Mu gihe hari hari imigenderanire myiza hagati y'Uburundi na Tanzania kandi yaboneka, igihugu ca Tanzania cahisemwo gutera ibitugu Uburundi mu bijanye no gukorera hamwe...

Kirundo : Abantu bagirizwa ubwicanyi bafashwe

Abantu bane nibo bafashwe n’igiporisi c’Uburundi ku murango wo kuri uwu w’Imana, ku musozi Mwenya, komine Kirundo, intara ya Kirundo. Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero...

Abantu bitwaje inkoho binjiye mu ntara ya Rutana

Umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho wahungabanije umutekano mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, ku rubibe intara ya Makamba ihana na Rutana, muri komine za Kayogoro...

Kirundo : Umutama w’imyaka 51 yishwe arashwe

Umutama w’imyaka 51 azwi kw’izina rya NZIRUBANJE Jean Berchimas yishwe arashwe n’abantu bitwaje inkoho bamusanze mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu mu bunywero buzwi...

Most Read

Ubwo Ndayishimiye azokwemera ubutumire bwa Kagame bwo kubana neza?

Mw'ijambo umukuru w'igihugu c'Urwanda, Paul Kagame aheruka gushira ahabona yavuze ko yizeye ko Ndayishimiye Varisto, umukuru w'iguhugu mushasha agiye gukorana neza na leta y'Urwanda. Abihweza...

Abantu barenga 250 baramaze kwandura umugera wa Covid-19 mu Burundi: ibitigira biguma vyiyongera

Abantu barenga 250 baramaze kwandura ikiza c'umugera wa Coronavirus mu gihugu c'Uburundi, ikimenyemenya c'uko ibitigiri biguma vyiyongera. kuva umusi wa mbere, haratanguye isekeza ryo gupima...

Ibiziga bitatu vyatowe ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda

Mu gihugu c'Urwanda nko ku metero zikeyi gusa uvuye ku rubibe canke umupaka Uburundi buhana n'Urwanda, hari ibiziga bitatu vyahatowe bitaramenyekana abo aribo. Ikinyamakuru co...

Uwuserukira Uburundi m’Ubufaransa yasavye ko Francophonie ihanagura ibihano

Haciye indwi zitatu gusa ubutegetsi bushasha bugiyeho, uwuserukira Uburundi mu gihugu c’Ubufaransa  aho ishirahamwe mpuzamakungu rihuza ibihugu bivuga igifaransa, Ernest Niyokindi, yasavye ko Uburundi...