15.8 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Icuka si ciza hagati y’Imbonerakure n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi muri Kaminuza y’Uburundi

Impapuro zidateye umukono zatowe muri Kaminuza y'Uburundi, ikigo co ku Mutanga. Izo mpapuro zikaba zigabisha abatavuga rumwe n'ubutegetsi baba muri ico kigo. Bamwe mu...

Rugombo : Ingoro y’umugambwe UPRONA yabomowe

Ingoro nshasha y'umugambwe UPRONA iri ku mutumba Kagazi, komine ya Rugombo, intara ya Cibitoke yabomowe n'abantu bataramenyekana. Celestin HAVYARIMANA, Umunyanyamabanga w'uwo mugambwe muri iyo...

Umugambwe SAHWANYA FRODEBU wahinduye abawurongora

Umugambwe SAHWANYA FRODEBU utavuga rumwe n’ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA uramutswa indongozi nshasha kuva kuri uwu w’Imana. Petero Karaveri NAHIMANA niwe yatowe kugira abe...

Tanzania Yeteye Ibitugu Uburundi Mu Gisata Co Kwakira Ingenzi.

Mu gihe hari hari imigenderanire myiza hagati y'Uburundi na Tanzania kandi yaboneka, igihugu ca Tanzania cahisemwo gutera ibitugu Uburundi mu bijanye no gukorera hamwe...

Kirundo : Abantu bagirizwa ubwicanyi bafashwe

Abantu bane nibo bafashwe n’igiporisi c’Uburundi ku murango wo kuri uwu w’Imana, ku musozi Mwenya, komine Kirundo, intara ya Kirundo. Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero...

Abantu bitwaje inkoho binjiye mu ntara ya Rutana

Umurwi w’abantu bitwaje ibirwanisho wahungabanije umutekano mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, ku rubibe intara ya Makamba ihana na Rutana, muri komine za Kayogoro...

Kirundo : Umutama w’imyaka 51 yishwe arashwe

Umutama w’imyaka 51 azwi kw’izina rya NZIRUBANJE Jean Berchimas yishwe arashwe n’abantu bitwaje inkoho bamusanze mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu mu bunywero buzwi...

Abanyagihugu bagiye gutanga intererano y’amatora ku ncuro ya kabiri

Reta y’Uburundi yatanguje isekeza ry’ugutoza mu banyagihugu amafaranga y’intererano y’amatora yo mu mwaka w’2020. Ayo mafaranga azotozwa ku rugo rumwe rwose angina n’ibihumbi bibiri...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...