20.2 C
Bujumbura
Saturday, February 22, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Ikiziga c’umugabo catowe mw’ikambi y’impunzi

Umugabo yahora aba mw’ikambi y’impunzi y’i Nduta mu gihugu ca Tanzaniya yatowe ikiziga muri karitiye y’icenda iri muri iyo kambi. Amakuru ava aho i...

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya Rirashigikiye ibijanye no guhagarika umugambi w’Uburundi wo kubungabunga amahoro mu bindi bihugu.

Inama Nshigamateka y'ubumwe bwa Buraya yari iramutse yiga ikibazo c'uburundi maze irafata ingigo ku bibazo bitari bike ku bijanye n'Uburundi. Mw'itangazo ryagiye ahabona, Ubumwe...

Kirundo : Uwagirizwa urupfu rw’uwo bakorana yafashwe

Igiporisi gikorera mu ntara ya Kirundo cafashe umugabo azwi kw’izina rya Gad Minani, asanzwe ari umukozi w’itonorero ry’ikawa (SOGESTAL) ryo muri iyo ntara ya...

Igihugu c’Urwanda coba kiriko gitegura kwihora Uburundi

Igisirikare c’Uburundi kirabeshuza amakuru acishwa ku mbuga ngurukanabumenyi, cane cane zo mu gihugu c’Urwanda, avuga ko abamaze iminsi bakora ibitero mu gihugu c’Urwanda, hafi...

Umukuru wa zone Masango yakuwe mu kazi

Umukuru wa zone Masango, komine Bukinanyana intara ya Cibitoke yakuwe mu kazi ku ngingo y’abagize inama mpanuzwajambo y’iyo komine. Nicolas NTUNZWENIMANA yahora aramutswa iyo...

Uburundi n’Urwanda bakwiye gufatira akarorero kuri Ethiopia na Erithreya.

Mu gihe hari haciye imyaka 20 hari inzankano zikaze hagati y'ibihugu bibiri arivyo Ethiopia na Erithrea, ibihugu bibiri vyo muri Afrika yo mu buseruko...

Inkuru y’umubabaro mu muryango w’uwahoze ari umuyobozi mukuru wa Kaminuza y’Uburundi

Ni agahinda n'umubabaro mu muryango w'uwahoze ari umuyobozi mukuru wa Kaminuza y'Uburundi, ubu akaba ari umuyobozi w'ishure rya Reta ENA ryigisha ibijanye n'intwaro. Uwo...

Gerenade zibiri zatewe ku murwa mukuru w’intara ya Rumonge

Umutekano wahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kabiri, ku murwa mukuru w’intara ya Rumonge, muri karitiye ya Nkayamba, ahatewe Gerenade zibiri, nk’uko vyemezwa n’igiporisi...

Most Read

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...

Fabien Banciryanino: ‘Intwari’ ihangana na CNDD-FDD?

Umushingamateka yatowe mu runani Amizero y'Abarundi, Fabien Banciryanino, benshi bita 'Intwari canke 'hero' mu gifaransa, yasubiye gusemerera yiyamiriza ingingo zifatwa n'umugambwe uri ku butegetsi. Mu...

Abashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bageze kuri 14

Abashaka kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu matora azoba ku wa 20 Rusama 2020 mu gihugu c'Uburundi bageze kuri 14. Mu bahiganwa bose bavuga...