15.6 C
Bujumbura
Wednesday, February 26, 2020
Tags Politics

Tag: politics

Umurundi yahora aba mw’ikambi y’impunzi ya Kavimvira yishwe

Umugabo w’umurundi yahora aba mw’ikambi y’impunzi y’i Kavumvira muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo yishwe n’abantu bataramenyekana, abo bantu bakaba bahuriye nawe hanze...

Rwanda: Umurwi mushasha w’abarwanyi wiyemeje ‘Gukuraho Leta ya Kagame’ wishize ahabona.

Mw'itangazo uyo murwi mushasha wiyita National Liberation Forces(NFL) wasohoye, wamenyesheje ko uje n'inguvu nyinshi zo gutembagaza intwaro ya Paul kagame mu Rwanda kubera ko...

Inama ya COMESA n’ubu iracetera Impari, mbere no kuri Twitter.

Mu gihe Inama ya COMESA yari itegekanijwe kubera mu Burundi yimuriwe kubera i Lusaka ku murwa mukuru wa Zambia, biragaragara ko n'ubu leta y'uburundi...

Rumonge : Abantu barenga 20 bafashwe n’igiporisi

Abantu barenga 20 nibo bafashwe n’igiporisi mw’isakwa ryakozwe kuri uwu wa kabiri muri karitiye ya Birimba, intara ya Rumonge. Abanyagihugu bo muri ako karere...

Umusore avuka mu Cankuzo yatowe ikiziga i Bujumbura

Ikiziga c’umusore yitwa NZEYIMANA Gerase catowe muri zone Nyakabiga, kw’ibarabara benshi bakunze kwita « Avenue de la mort », hafi ya Kaminuza y’Uburundi. Ikiziga c’uwo...

Amasasu yumvikanye i Bujumbura

Amasasu yumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa w’Imana muri Karitiye ya Kigobe, mu gisagara ca Bujumbura. Ayo masasu yarashwe n’umuporisi yariko agerageza gutesha abasuma...

Kirundo : Umugabo yagirizwa ubwicanyi yafatanwe inkoho

Igiporisi c'Uburundi cemeza ko cafashe kuri uwu w'Imana umuntu yagirizwa ko ari mu bakoze ubwicanyi bwahitanye abantu babiri abandi batatu barakomereka. Mu giporisi bavuga ko...

EAC igiye Gushinga iyindi tariki y’Ibiganiro bihuza Abarundi.

Naho Leta y'Uburundi irongowe n'umugambwe CNDD-FDD yamenyesheje mu kwezi guheze isaba umuhuza mu biganiro bihuza Abarundi kubirangiza vyihuta, vyagiye ahabona ko nyabuna umuryango wa...

Most Read

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...

Leta yadugije igiciro c’ikawa

Ico giciro cavuye kuri 500 Fbu kija kuri 550 Fbu ku kawa y’akanovera kambere bita cerise A, ku kanovera kari musi y’iyo kawa bita...